Accéder au contenu principal

Articles

Edouard Shaka, umukozi w'Imana yatuganiriye

Mu kiganiro twagiranye n'umukozi w'Imana Edouard Shyaka habonetse intambamyi ku buryo n'ubu bitarashoboka ko tubishira kuri YouTube. Abacipfuza twarababikiye Audio, uyisavye wese azoyironka ishobora gubafasha.  

Urugendo turimwo abizera Yesu Kristo

Birihuta Tabaranya wumvirize izi video

 

Urugendo twimirije - Notre voyage imminent

  Tuvuge ku rugendo twimirije Umukristo wese azi neza yuko turi hafi yo gufata urugendo  ruhambaye cane. Umugambi nk'uwo usaba ko umuntu yitegura. Ica mbere umuntu yitwararika n'ukumenya iyo aja. Mbe tugira tuje hehe ? „ Ntimuhagarike imitima yanyu, mwizere Imana, nanje munyizere. I muhira kwa Data har' amazu menshi, iy' aba atariho, mba ndabibabgiye, kuko ngiye kubategurira ahanyu .  Kandi ko ngiye kubategurira ahanyu, nzogaruka kubajana i wanje , ngw aho ndi namwe abe ari ho muba."  Yohana 14:1-3 Ariko bavukanyi, ntitugomba ko muyoberwa ivyo abasinzira itiro ry'urupfu, ngo ntimubabare nka ba bandi badafise ivyizigiro.  Uko twizera yuko Yesu yapfuye akazuka, tube ari ko twizera yuko abasinziririye muri Yesu, Imana izobazanana na we .  Iki ni co tubabwira, ni ijambo ry'Umwami twashikirijwe, yuko twebwe abazoba bakiriho, dusigaye gushitsa ku kuza kw'Umwami wac...
 

Ukugaruka Kwa Yesu Kristo -Imyaka ishize Satani azorekurwa - Après les 1000 ans Satan sera libéré

 Igice ca gatandatu - sixième partie Kand' iyo myaka igihumbi ni yashira, Satani azorekurwa ngw ave mw ibohero ,  Twibutsanye: „Mbona  umumarayika amanuka avuye mw'ijuru ,  afise urupfunguruzo rw'i kuzimu, afise n'ikinyororo  mu minwe.   Afata ca gisato, ni co ya nzoka ya mbere, ni yo mugarariji irindi ni Satani ,  akiboha ngo kimare imyaka igihumbi,  agikororera i kuzimu , arahadadira, ashirako ikimenyetso kikirumanya, kugira ngo nticongere kuzimiza amahanga, gushitsa aho iyo myaka igihumbi izoshirira; ni yashira gikwiye kubohorwa ngo kimare igihe gito . “ Ivyahishuriwe Yohana 20,1-3  Urutonde rw'ibizoba reteye gute? Uno munsi turi mu buzima busanzwe turindiriye ibizoba nka ba bantu bo ku gihe ca Nowa. Mu gihe kiza, kumbure kitarambiranye, Yesu Kristo azoza gutora ishengero (1 Tesalonika 4,13-17) Inyuma y'aho, Uwiyita...

Bohoka - Bucumi Elias