Accéder au contenu principal

Articles

Affichage des articles du mars, 2022

Russie - Ukraine - Position de PPR en Kirundi

 Intambara hagati y'Uburusiya na Ukraine  - Ico "PPR"  Ijambo ry'Amahoro no Gusubiza hamwe  ribivuzeko. Bakunzi banje, kuva intambara iriko irabica bigacika hagati y'Uburusiya na Ukraine ishengero risa n'iryisinziriye. Ubuhanuzi hirya no hino buracanacako duhabwa n'abakozi b'Imana basanzwe bamenyekana buvuga iyo ibintu bihinda bija. Nta kabi kabwo ko butwereka inzira yo kugaruka kwa Yesu Kristo iyo izozanana. Turabukeneye mu vy'ukuri. Twasanze ari nkenerwa ko „Ijambo ry'Amahoro no Gusubiza hamwe“ rigira ico rishikirije ku bijanye n'iyi ntambara kugira umwe wese amenye ingene akwiye kwitwara no ko kuraba ibintu nk'umwana w'Imana yizera Yesu Kristo. Muhezagirwe muri Yesu Kristo Uwanyu Hilaire Nininahazwe Kuri twebwe twizera, birakwiye ko tumenya ko tutarekuriwe kwivanga mu matati na cane cane ko tutoja muvyo gusesa amaraso, mu kubesha canke mu gukwiza ibihuha mvuze bi

Russie – Ukraine – Première prise de position de PPR - Texte intégral-

 Par Hilaire Nininahazwe                                                 Que dire de la guerre etre la Russie et l'Ukraine? Vers où nous mène -t- elle et que faire? Le 24.02.2022 la Fédération de Russie a attaqué l'Ukraine. Le monde a tremblé et a commencé à en parler tout de suite. Les raisons de ce malheur nous sont diversément racontées selon l'entendement de qui s'exprime. Le monde est divisé, de bons amis n'ont pas le même point de vue. Des milliers de victimes tombent tandis que d'autres sont livrés à l'errance jusque très loin sous d'autres cieux. La guerre vient toujours avec son lot de mensonges, de vérités, de demi-vérités. Inutile de raconter tout ce qui se dit en ces jours sur les causes qui ont donné naissance à ces conflits: Nous retenons que les troupes russes sont en train de se battre contre l'armée Ukrainienne. Il est important, pour nous qui croyons en Jésus-Christ, de nous abstenir de nous mêler au conflit dans le sens