Accéder au contenu principal

Articles

Affichage des articles du août, 2022
 

Ukugaruka Kwa Yesu Kristo -Imyaka ishize Satani azorekurwa - Après les 1000 ans Satan sera libéré

 Igice ca gatandatu - sixième partie Kand' iyo myaka igihumbi ni yashira, Satani azorekurwa ngw ave mw ibohero ,  Twibutsanye: „Mbona  umumarayika amanuka avuye mw'ijuru ,  afise urupfunguruzo rw'i kuzimu, afise n'ikinyororo  mu minwe.   Afata ca gisato, ni co ya nzoka ya mbere, ni yo mugarariji irindi ni Satani ,  akiboha ngo kimare imyaka igihumbi,  agikororera i kuzimu , arahadadira, ashirako ikimenyetso kikirumanya, kugira ngo nticongere kuzimiza amahanga, gushitsa aho iyo myaka igihumbi izoshirira; ni yashira gikwiye kubohorwa ngo kimare igihe gito . “ Ivyahishuriwe Yohana 20,1-3  Urutonde rw'ibizoba reteye gute? Uno munsi turi mu buzima busanzwe turindiriye ibizoba nka ba bantu bo ku gihe ca Nowa. Mu gihe kiza, kumbure kitarambiranye, Yesu Kristo azoza gutora ishengero (1 Tesalonika 4,13-17) Inyuma y'aho, Uwiyita Imana azohagarara mu ru