Accéder au contenu principal

Articles

Affichage des articles du juin, 2022

Les bons et les méchants - Abeza n'ababi...

  Abeza n'ababi bose bazozuka Les bons et les méchants tous réssusciteront Ncuti bakunzi, ku kibazo kijanye n'igihe c'izuka kw'abapfuye. Mbona ivyicira bitatu vy'aho abantu bazozukira. Hasigaye bibiri muri vyo: Aho Yesu Kristo yazuka habonetse abantu bazutse ico gihe mbere biyereka abantu benshi. Aho ishengero rya Yesu Kristo rizodugirizwa, abapfiriye muri Kristo nibo bazobanza kuzuka. Bazohurira mu bicu n'abera bazoba bakiriho. Abo ntibazopfa ariko bazohindurwa (1 Ab'i Korinto15,52). Inyuma y'aho (imyaka itatu n'inusu) intambara ya Haramagedoni izoca yaduka. Umwami Yesu Kristo niwe azoyitsinda maze ace ashinga ubwami bwiwe hano kw'isi ubwo nabwo buzomara imyaka igihumbi. Abera, abagororotsi bazutse bazomufasha gutwara muri ico k

Bibiliya ivuga iki ku kwahukana? Que dit la Bible sur le divorce et le remariage?

  Bibiliya Yera ivuga yuko kizira kurongora canke kurongorwa uwo mwubakanye ubwa mbere akiriho.  Muri kino gihe ivyo kwubakana kw'abahuje ibitsina vyeze, Ivyo kurongorana ubwa kabiri vyahindutse ibisa n'uko ataco bikivuze mu mashengero y'i Buraya no mu bihugu biteye imbere. Ingo z'abavanye bagaheza bakubakana n'abandi n'ivyatsi. Iyo nyifato ija iri muzimenyerewe . Bibiliya , ariryo jambo ry'Imana, ni yo itwigisha ukuri. Atari mu gihe umuntu yapfakaye nta kurongora ubugira akabiri birekuwe. Handitse ngo: „ Kandi vyaravuzwe, ng'umuntu wese yirukana umugore wiwe n'amuhe icete co kuvavanura. Ariko jeho ndababwira yuk'umuntu wese yirukana umugore wiwe atamuhoye ubusambanyi, aba amusambanije: kand'uwabira uwahukanya azoba asambanye . “ Matayo   5,31-32 „Yamara muravuga, ni kuki? ...N'uk' Uhoraho yabaye icabona canyu, mwe n'umugore wawe wo mu bucance,

Igihe co kugaruka kwa Yesu Kristo _ Le retour du Christ - Chronologie

Igihe co kugaruka kwa Yesu Kristo hazoba ibi bikwirikira 1.Umwami wacu ubwiwe zoza, amanutse avuye mw'ijuru aranguruye ijwi rirenga hamwe n'akamo k'umumalayika mukuru n'inzamba y'Imana. Maz'abapfiriye muri Kristo ni bo bazobanza kuzuka Maze natwe abazoba bakiriho dusigaye tuzoca duteruranwa nabo mu bicu 4.dusanganire Umwami mu kirere 5.  Umurwanizi yishira hejuru y'icitwa Imana cose canke igisengwa; azokwicara mu rusengero rw'Imana yiyerakana ngo n'Imana . 6. Nzoba nkoranije amahanga yose ngw'atere i Yerusalemu;...Uhoraho azokwisidukira arwane n'ayo mahanga ....azohagarika ibirenge ku musozi Elayono ... Kandi Uhoraho azoba Umwami aganza isi yose ...Uhoraho azomenyekana kw'ar'umwe gusa , n'izina riwe ari rimwe gusa.   » Zakariya 14 :2-9 ...Umve ngira ntume integuza yanje indoranirize inzira imbere yanje kandi Umwami murondera azoshika giturumbuka mu rusengero rwiwe, ari we ntumwa y'isezerano munezerererwa, eh'araje, niko Uh

Que dit la Parole de Dieu de Jésus-Christ?

  Qui est Jésus- Christ?  L Écritures nous éclairent sur l'identité de Jésus- Christ? Je suis 1. „   Jésus leur dit  : En vérité, en vérité, je vous le dis : Avant qu’Abraham fût, je suis . „ Jean 5,58 „ Encore un peu de temps, et le monde ne me verra plus; mais vous, vous me verrez, car je vis, et vous vivrez aussi . „ Jean 14,19 La Vérité „ Sanctifie-les par ta vérité: ta parole est la vérité.“ Jean 17,17 „ Jésus lui dit: Je suis le chemin, la vérité , et la vie. Nul ne vient au Père que par moi.“ Jean14,6 La porte des brebis „ Jésus leur dit encore: En vérité, en vérité, je vous le dis, je suis la porte des brebis . 8  Tous ceux qui sont venus avant moi sont des voleurs et des brigands; mais les brebis ne les ont point écoutés. Je suis la port