Accéder au contenu principal

Les bons et les méchants - Abeza n'ababi...

 

Abeza n'ababi bose bazozuka


Les bons et les méchants tous réssusciteront


Ncuti bakunzi,

ku kibazo kijanye n'igihe c'izuka kw'abapfuye. Mbona ivyicira bitatu vy'aho abantu bazozukira. Hasigaye bibiri muri vyo:

      1. Aho Yesu Kristo yazuka habonetse abantu bazutse ico gihe mbere biyereka abantu benshi.

      2. Aho ishengero rya Yesu Kristo rizodugirizwa, abapfiriye muri Kristo nibo bazobanza kuzuka. Bazohurira mu bicu n'abera bazoba bakiriho. Abo ntibazopfa ariko bazohindurwa (1 Ab'i Korinto15,52). Inyuma y'aho (imyaka itatu n'inusu) intambara ya Haramagedoni izoca yaduka. Umwami Yesu Kristo niwe azoyitsinda maze ace ashinga ubwami bwiwe hano kw'isi ubwo nabwo buzomara imyaka igihumbi. Abera, abagororotsi bazutse bazomufasha gutwara muri ico kiringo.

      3. Inyuma y'ubwami bw'imyaka igihumbi hazokwaduka iyindi ntambara ihambaye izoba yitwa iya Gog na Magog. Iheze niho abapfuye bose batari bwazuke bazozuka bacirwe amateka. Abo nibo bazoba bari mu mugabane w 'abazutse mu kuzuka kwa kabiri.

1.„kandi benshi bo mu bazoba basinziriye mw'ivu hasi bazokwikangura, bamwe bikangurire ubugingo budashira, abandi bikanguirire ubumaramare n'ibiteterwa bitazashira „ Daniyeli 12,2

2. „Ntimutangazwe n'ico, kuko igihe kija kuza, ah'ari mu mva bose bazokwumvira ijwi ryiwe, bakazivamwo; abakoze ivyiza bazozukira ubugingo, abakoze ibibi bakazozukira gucirwa iteka.“ Yohana 5,28-29

3.“Igihuzu gikingiriye ahera cane k'urusengero gitantamukamwo kubiri...imva ziruguruka, imivyimba myinshi y'abera bari basinziriye irazurwa; bava mu mva bamaze kuzuka, bashika mu gisagara cera, babonekera benshi..“ Matayo 27,51-53

4.“Ntitugomba bene Data, ko muyoberwa ivy'abasinzira itiro ry'urupfu, ngo ntimubabare nka babandi badafise ivyizigiro. Uko twizera ko Yesu yapfuye akazuka, abe ariko twizera yukw'abasinziriye muri Yesu, Imana Izobazanana nabo. 

Iki nico tubabwira, n'ijambo ry'Umwami twashikirijwe, twebwe abazoba bakiriho, dusigaye gushitsa kuza k'Umwami wacu, tutazokwitangira imbere y'abasinziriye na gatoya. Kuk'Umwami wacu ubwiwe azoza, amanutse avuye mw'ijuru, aranguruye ijwi rirenga, hamwe n'akamo k'umumalayika mukuru, n'inzamba y'Imana.

Maz'abapfiriye muri Kristo nibo bazobanza kuzuka; maze natwe abazoba bakiriho, dusigaye, tuzoca duteruranwa nabo mu bicu, dusanganirire Umwami mu kirere. Niho tuzokwama tubana n'Umwami.“ 1 Ab'i Tesalonike 4,13-17

5.“Ariko niwagira amazimano, upfume utumira aboro, n'ibirema n'abacumbagira n'impumyi... kuko badafise ivyo kukwishura... uzokwishurwa mw'izuka ry'abagororotsi.Luka 14:13-14

6.„Asangwa abapfuye batazuka na Kristo ntarazuka (...) ariko noneho Kristo yarazutse mu bapfuye niwe yahurije (yatanguriye) abasinziriye. 1 Ab'i Korinto15,16 et 20

7. „Rupfu na Kuzimu batererwa muri ca kiyaga caka umuriro... nico rupfu rwa kabiri.“ Ivyahishuriwe Yohana 20,14

8.“Kandi ndababwira yukw'ijambo ryose risunitswe n'impwemu abantu bavuga bazoribazwa ku munsi w'amateka

Matayo 12,36

9.“Mbona intebe z'ubwami, mbona abicara kuri zo, bahabwa ubucamanza. Kandi mbona ubugingo bw'abaciwe amazosi, babahora gushingira intahe Yesu, n'Ijambo ry'Imana, ni bo batasenze ca gikoko cank'igisushanyo caco, kandi ntibemeye gushirwako ikimenyetso caco, kandi gushirwa ikimenyetso caco mu ruhanga canke ku kiganza.

Baba bazima, bafatanya na Kristo kuganza imyaka igihumbi. Abapfuye bandi ntibababa bazima iyo myaka igihumbi itarashira. Uko nikwo kuzuka kwa mbere.

Uri mu mugabane wo kuzuka kwa mbere arahiriwe kandi n'uwera. Urupfu rwa kabiri ntirugira ububasha kubameze bartyo, ariko bazoba abaherezi b'Imana na Kristo, kandi bazofatanya na we kuganza, iyo myaka igihumbi. „ Ivyahishuriwe Yohana 20,4-6

./.

Chers bien aimés,

à la question de savoir quand aura la résurrection des morts. J'ai décélé trois périodes mais il en reste seulement deux:

        1. à l'occasion de la résurrection du Christ on a remarqué la résurrection des morts

        2. à l'occasion de l'enlevement de l'Église du Seigneur des morts en Christ ressussiteront. Ils seront rejoints par ceux qui seront changés sans mourir (1 Corinthiens 15,52). Peu de temps après (3,5 ans) il y aura alors la guerre d'Harmaguédon. Elle se soldera par l'intervention de Jésus-Christ qui permettra fin à la guerre et instaurera le royaume de de mille ans qu'il dirigera Lui-même.

        3. Après le règne de 1000 ans de Jésus- Christ avec les justes réssuscités sur la terre viendra une terrible guerre dite de Gog et Magog. C'est alors au terme de celle-ci que tout le reste des morts réssusciteront pour le jugement dernier.

1.„Plusieurs de ceux qui dorment dans la poussière de la terre se réveilleront, les uns pour la vie éternelle, et les autres pour l'opprobre, pour la honte éternelle. „ Daniel 12,2

2. „Ne vous étonnez pas de cela; car l'heure vient où tous ceux qui sont dans les sépulcres entendront sa voix, et en sortiront. Ceux qui auront fait le bien ressusciteront pour la vie, mais ceux qui auront fait le mal ressusciteront pour le jugement.“ Jean 5,28-29

3.“Et voici, le voile du temple se déchira en deux, depuis le haut jusqu'en bas, la terre trembla, les rochers se fendirent, les sépulcres s'ouvrirent, et plusieurs corps des saints qui étaient morts ressuscitèrent. Etant sortis des sépulcres, après la résurrection de Jésus, ils entrèrent dans la ville sainte, et apparurent à un grand nombre de personnes.“

Matthieu 27,51-53

4.“Nous ne voulons pas, frères, que vous soyez dans l'ignorance au sujet de ceux qui dorment, afin que vous ne vous affligiez pas comme les autres qui n'ont point d'espérance. Car, si nous croyons que Jésus est mort et qu'il est ressuscité, croyons aussi que Dieu ramènera par Jésus et avec lui ceux qui sont morts. 

Voici, en effet, ce que nous vous déclarons d'après la parole du Seigneur: nous les vivants, restés pour l'avènement du Seigneur, nous ne devancerons pas ceux qui sont morts.

 Car le Seigneur lui-même, à un signal donné, à la voix d'un archange, et au son de la trompette de Dieu, descendra du ciel, et les morts en Christ ressusciteront premièrement.

 Ensuite, nous les vivants, qui serons restés, nous serons tous ensemble enlevés avec eux sur des nuées, à la rencontre du Seigneur dans les airs, et ainsi nous serons toujours avec le Seigneur.“ 1 Thessaloniciens 4,13-17

5.“Mais, lorsque tu donnes un festin, invite des pauvres, des estropiés, des boiteux, des aveugles.

 Et tu seras heureux de ce qu'ils ne peuvent pas te rendre la pareille; car elle te sera rendue à la résurrection des justes. Luc 14:13-14

6.„Car si les morts ne ressuscitent point, Christ non plus n'est pas ressuscité (...) Mais maintenant, Christ est ressuscité des morts, il est les prémices de ceux qui sont morts

1 Corinthiens 15,16 et 20

7. „Et la mort et le séjour des morts furent jetés dans l'étang de feu. C'est la seconde mort, l'étang de feu.“ Apocalypse 20,14

8.“Je vous le dis: au jour du jugement, les hommes rendront compte de toute parole vaine qu'ils auront proférée.“ Matthieu 12,36

9.“Et je vis des trônes; et à ceux qui s'y assirent fut donné le pouvoir de juger. Et je vis les âmes de ceux qui avaient été décapités à cause du témoignage de Jésus et à cause de la parole de Dieu, et de ceux qui n'avaient pas adoré la bête ni son image, et qui n'avaient pas reçu la marque sur leur front et sur leur main. Ils revinrent à la vie, et ils régnèrent avec Christ pendant mille ans. Les autres morts ne revinrent point à la vie jusqu'à ce que les mille ans fussent accomplis. C'est la première résurrection. Heureux et saints ceux qui ont part à la première résurrection! La seconde mort n'a point de pouvoir sur eux; mais ils seront sacrificateurs de Dieu et de Christ, et ils régneront avec lui pendant mille ans. „ Apocalypse 20,4-6

./.

Commentaires

Posts les plus consultés de ce blog

Kurikirane intahe, imburi n'inyigisho ku Muco wera TV

UMUCO WERA TV - YouTube  

Le retour du Christ (II)

La chronologie des événements Nous n’avons pas de précisions quant à la date exacte du retour du Christ . Nous savons toutefois qu’il s’opérera en deux temps . Dans un premier temps le Christ descendra du Ciel et rencontrera l’Eglise (les morts ressuscités et les chrétiens enlevés vivants) dans les airs. Cet événement sera pacifique, par contre le contexte qui prévaudra en ce moment sera assez tendu. L’escalade ne fera que s’accélérer en s'agravant ce qui aboutira à une confrontation armée extrêmement meurtrière 1 qui se soldera par la victoire de Notre Seigneur Jésus-Christ. Le prophète Zacharie, entre autres, fait la description exhaustive du jour de l ‘Eternel au chapitre 14. Il établira alors le royaume de mille ans sur terre. Ce ne sera pas la fin...suivez nos éditions ultérieures. Il faut retenir que lors de l’enlèvement de l’Eglise, le Christ ne mettra pas son pied sur terre! Nous serons enlevés dans les nuées, à sa rencontre dans les airs (voir 1 Thessal.4 :16). « Veuille...

Ikiganiro Bohoka -- Elias Bucumi(7)